Ironderero ry’Ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 1999
Ryerekana igenekerezo ry’inomero ikiganiro gisangwamwo
BIBILIYA
Amajambo y’Ubwenge Agenewe Abantu Muri Iki Gihe, 1/4
IBIBAZO VY’ABASOMYI
Kureshanya, 1/9
IBIGANIRO BIKURUBIKURU VY’UKWIGA
“Abantu b’Ingabirano” bo Kwitwararika Intama za Yehova, 1/6
“Amakuru y’Akamwemwe” yo mu Vyahishuriwe, 1/12
Amasengesho Yawe Yoba ‘Ateguye nk’Imibavu’? 1/2
Bavyeyi, Akarorero Mutanga Koba Kigisha Iki? 1/7
Dufashe Abantu Kwiyegereza Yehova, 1/8
Hari Aho Worokora Umuvukanyi Wawe, 1/11
“Igihe c’Impore” Kiregereje! 1/10
“Ikintu Cose Cashingiwe Igihe Caco,” 1/10
Incungu ya Kirisitu—Ni Yo Nzira Imana Ikirizamwo, 1/3
Inzira Rudende Ijana mu Buzima Budahera, 1/5
Inzira y’Urukundo Ntaho Ishira, 1/3
Ivyiza Biva ku Gukunda Ijambo ry’Imana, 1/11
‘Ivyo Bintu Ntibizobura Gushika,’ 1/5
“Mukenyere Ukwicisha Bugufi,” 1/8
Nidushime ba “Bantu b’Ingabirano,” 1/6
Nidutere Iteka Abandi, 1/8
Nimube Abasomyi Bahimbawe b’Igitabu c’Ivyahishuriwe, 1/12
“Nimureme mu Mitima Yanyu,” 1/1
Nimwigire Hamwe Ijambo ry’Imana mu Muryango Mudahorereza, 1/7
Nitubeho Twisunga Ukwizera Ivyo Imana Yasezeranye, 1/9
Niwame Wirinda ku vyo Wigisha, 1/4
Niwibuke Umuremyi Wawe Ahambaye! 1/12
Niwige Uko Umuremyi Wawe Ameze, 1/7
Nube Maso Kandi Ushiruke Ubute! 1/5
Nugume Ugendera mu Nzira ya Yehova, 1/6
Nuharire Abandi Ubikuye ku Mutima, 1/11
Nukoreshe Ubwenge n’Ukujijura mu Kwigisha, 1/4
Numutume Ubuzima Bwanyu Butunganirwa! 1/9
Nutarike Amaboko Yera mu Gusenga, 1/2
Rwaruka—Nimumenyereze Ububasha Bwanyu bwo Gutegera! 1/9
Rwaruka—Nimurwanye ka Gatima k’Isi, 1/9
“Rwa Rusengero” na “Kizigenza” Muri Iki Gihe, 1/3
“Shira Umutima ku” Rusengero rw’Imana! 1/3
Tugumizwe Hamwe n’Inǎnga y’Ukwizigira, Dukoreshwe n’Urukundo, 1/8
Turahimbarwa Kubona Yehova Atwereka Inzira Yiwe, 1/6
Ubutunzi Bwacu mu Nzavya z’Ibumba, 1/2
Ubuzima Budahera Bwoba vy’Ukuri Bushoboka? 1/5
Ubuzima Inyuma yo Gupfa—Abantu Bavyemerako Iki? 1/4
Ubuzima Inyuma yo Gupfa—Bibiliya Ibuvugako Iki? 1/4
Ukunda Ijambo ry’Imana Ukungana Iki? 1/11
Umuhezagiro Yehova Aha “Igihugu” Cacu, 1/3
Umuremyi Arashobora Gutuma Ubuzima Bwawe Burushiriza Kugira Ico Buvuze, 1/7
Urashobora Kwihangana Gushika kw’Iherezo, 1/10
‘Uwusoma Nakoreshe Ugutegera,’ 1/5
Wa Mubumvyi Mukuru n’Igikorwa Ciwe, 1/2
Woba Ufise Ukwizera nk’Ukwa Aburahamu? 1/1
Woba Uriko Urarangura Ivyo Utegerezwa ku Mana Vyose? 1/12
Yehova Adusaba Iki Muri Iki Gihe? 1/10
Yehova Arategura Inzira, 1/9
Yehova Yoba Adusaba Vyinshi Birenze Urugero? 1/10
Yemwe Miryango, Nimushemeze Imana Muri Umuce w’Ishengero Ryayo, 1/7
IBINTU N’IBINDI
Dushobora Kubaho Igihe Kingana Iki? 1/5
Imfashanyo Nyayo ku Muryango, 1/1
Inkurikizi z’Ubwibone, 1/2
Ivangura ry’Amoko n’Ingene Idini Ivyifatamwo, 1/8
Ivyahishuriwe—Tubitinye Canke Tuvyizigire? 1/12
Ni Kuki Dufise Umwanya Muto Cane? 1/10
Ubusumbane bw’Abantu, 1/8
2000—Woba Ari Umwaka Udasanzwe? 1/11
Woba Umarana Umwanya n’Umuryango Wawe? 1/6
Woshobora Gute Kwerekana Ukwicisha Bugufi Nyakuri? 1/2
IVYABONA VYA YEHOVA
Ca Gihugu Cimbuka c’Abavenda, 1/6
“Umugabo Ahimbawe Afise Umugore w’Igikundiro,” 1/9
REKA ABAMAMAJI B’UBWAMI BATUYAGIRE
1/12
UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO
Ba Usoma Uri Kumwe n’Abana Bawe, 1/6
Imiryango Mininiminini Yunze Ubumwe mu Murimo w’Imana, 1/3
Ni Nde Abumba Ivyiyumviro Vyawe? 1/4
YEHOVA
Mbega Ni “Jéhovah” Canke Ni “Yahweh,” 1/2
YEZU KIRISITU
Ukuntu Yezu Ashobora Guhindura Ubuzima Bwawe, 1/7