ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • rsg19
  • Shetani

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Shetani
  • Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019
  • Udutwe
  • Amadayimoni
  • Ubupfumu
Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019
rsg19

Shetani

Adamu na Eva bagambararira Imana Ivyigwa dukura muri Bibiliya, icig. 3

❐ Umunara w’Inderetsi, 15/5/2015

Uraba maso Shetani ashaka kukurotsa!

Turashobora kurwanya Shetani kandi tukamutsinda

❐ Umunara w’Inderetsi, 1/11/2014

Shetani yoba abaho?

Shetani yoba ari ikibi gusa kiri mu muntu?

Twoba dukwiye gutinya Shetani?

Twisunze Bibiliya: Shetani Be maso!, 6/2013

❐ Umunara w’Inderetsi, 1/9/2011

Hoba hari uwuri inyuma y’ibibi vyose?

Ni nde vy’ukuri atwara isi?

Umutware yihishije w’isi ashirwa ahabona

Abasomyi bacu barabaza: Imana yoba ari yo yaremye Shetani? Umunara w’Inderetsi, 1/3/2011

Twisunze Bibiliya: Kubera iki Imana idakuraho Shetani? Be maso!, 1/2011

Uburyo Shetani ategeka nta co bushobora gushikako Umunara w’Inderetsi, 15/1/2010

Gushira ahabona umwansi w’ukwizera Ukwizera nyakuri, igih. 10

Abasomyi bacu barabaza: Wa Mubesheranyi yoba abaho koko? Umunara w’Inderetsi, 1/10/2009

Ibibazo vy’abasomyi: Shetani yirukanywe mw’ijuru ryari? (Ivyah. 12:1-9) Umunara w’Inderetsi, 15/5/2009

Ikibi coba carananiranye? Umunara w’Inderetsi, 1/6/2007

❐ Umunara w’Inderetsi, 15/11/2005

Shetani yoba abaho koko?

Woba ubona ko Shetani abaho koko?

Ubugarariji mu karere k’ibinyabuzima-mpwemu Imizimu y’abapfuye

Ibibazo vy’abasomyi: Aya majambo ya Yezu asobanura iki: ‘Shetani yakorotse ava mw’ijuru’? Umunara w’Inderetsi, 1/8/2004

Idini yoba ari yo muzi w’ingorane z’abantu? (§ “Umumarayika w’umuco” azimiza) Umunara w’Inderetsi, 15/2/2004

Ibibazo vy’abasomyi: Shetani yoba ashoboye kumenya ibiri mu muzirikanyi w’umuntu? Umunara w’Inderetsi, 15/6/2003

❐ Umunara w’Inderetsi, 15/1/2003

Coba cari ikinjana ca Shetani?

Ikibi coba caranesheje?

❐ Umunara w’Inderetsi, 15/10/2002

Ububasha bw’ikibi bwoba buriko burakora?

Shetani yoba ari umugani canke ni umubisha abaho koko?

“Nimurwanye Shetani”

Ibibazo vy’abasomyi: Lusiferi ryoba ari izina Bibiliya ikoresha mu kuvuga Shetani? Umunara w’Inderetsi, 15/9/2002

Shetani​—Si igisigo gisa Umunara w’Inderetsi, 1/9/2001

Abansi b’Imana ni bande? Umukunzi w’Imana, icig. 8

Amadayimoni

Ukuntu abamarayika bagira ico bakoze kuri twebwe Ivyo Bibiliya yigisha, ikig. 10

Ukuri kwerekeye abamarayika Bibiliya itwigisha iki?, ikig. 10

Yirukana amadayimoni menshi Yezu ni inzira, ikig. 45

Akiza umuhungu yiziziwe n’idayimoni Yezu ni inzira, ikig. 61

Ibibazo vy’abasomyi: “Abana b’Imana y’ukuri” bari bande? (Ita. 6:2, 4) Umunara w’Inderetsi, 15/6/2013

Twisunze Bibiliya: Amadayimoni ni bande? Be maso!, 10/2010

Dushobora gute kunanira amadayimoni? Umunara w’Inderetsi, 15/3/2007

Ibibazo vy’abasomyi: Umuntu yokora iki kugira ngo areke guturubikwa n’amadayimoni? Umunara w’Inderetsi, 15/4/2006

Amademo ni abicanyi! Imizimu y’abapfuye

Amademo arashigikiye ivy’ukugarariza Imana Imizimu y’abapfuye

Ibibazo vy’abasomyi: Amadayimoni azoba ari hehe mu gihe ca ya Ngoma ya Kirisitu y’imyaka igihumbi? Umunara w’Inderetsi, 15/11/2004

Ibibazo vy’abasomyi: Umuntu yumvise amajwi, vyoba bica bisigura ko atewe n’amadayimoni? Umunara w’Inderetsi, 1/5/2003

Ubupfumu

❐ Be maso!, No. 2 2017

Ibintu vy’ibintazi bisigaye bikundwa cane

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ubupfumu?

Utujambo two ku mpera (§ 26 Ubupfumu) Bibiliya itwigisha iki?

Ubupfumu hari ico butwaye? Umunara w’Inderetsi, 1/3/2012

❐ Umunara w’Inderetsi, 1/12/2010

Hariho ababayo​—None ni bande?

Imana yarerekanye ivyo mu karere k’impwemu

Ni nde twovugana mu karere k’impwemu?

Niwikingire impwemu mbi Umunara w’Inderetsi, 1/5/2009

Nurwanye Shetani n’amayeri yiwe “Urukundo rw’Imana,” ikig. 16

Amademo arabesha ngo abapfuye bariho Imizimu y’abapfuye

Kuragurira ku nyenyeri

Twisunze Bibiliya: Inyenyeri zoba zigira ico zikoze ku buzima bwawe? Be maso!, 10/2012

Inyenyeri zoba ziyobora ubuzima bwawe? Umunara w’Inderetsi, 1/6/2010

Wari ubizi? (§ Imana yabona gute umugenzo wo kuragurira ku nyenyeri mu Bisirayeli?) Umunara w’Inderetsi, 1/3/2009

Iyindi migenzo ijanye n’ubupfumu

Ico womenya ku vyerekeye amageza, uburozi n’ubupfumu Inzira ijana mu buzima, igic. 5

❐ Umunara w’Inderetsi, 1/4/2000

Uzi ibiki ku vyerekeye ubupfumu?

Ico ukwiye kumenya ku vyerekeye ubupfumu

Amageza n’ubupfumu ni bibi Umukunzi w’Imana, icig. 13

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika