ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • syr24 rup. 2
  • Raporo yo mu 2024 yose ifatiwe hamwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Raporo yo mu 2024 yose ifatiwe hamwe
  • Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2024
  • Ivyo bijanye
  • Raporo yo mu 2025 yose ifatiwe hamwe
    2025 Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova
  • Raporo yo mu 2018 yose ifatiwe hamwe
    Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova : Umwaka w’umurimo wa 2018
  • Raporo yo mu 2021 yose ifatiwe hamwe
    Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2021
  • Raporo yo mu 2017 yose ifatiwe hamwe
    Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2017
Ibindi
Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2024
syr24 rup. 2

Raporo yo mu 2024 yose ifatiwe hamwe

  • Ibiro vy’amashami vy’Ivyabona vya Yehova: 84

  • Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo:  240

  • Amashengero yose hamwe: 118.767

  • Abitavye Icibutso kw’isi yose: 21.119.442

  • Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 23.212

  • Abamamaji bose hamwea: 9.043.460

  • Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 8.828.124

  • Iyongerekana ugereranije na 2023: 2,4

  • Ababatijwe bose hamweb: 296.267

  • Incahagati y’abatsimvyic buri kwezi: 1.679.026

  • Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 867.502

  • Incahagati y’inyigishod zayobowe buri kwezi: 7.480.146

Umwaka w’umurimo wa 2024 watanguye ku wa 1 Nyakanga 2023, urangira ku wa 31 Myandagaro 2024.

a Umwamamaji ni umuntu yigisha abigiranye umwete inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana. (Matayo 24:14) Kugira umenye ivyo twisunga mu guharura, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo «Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?»

b Wipfuza kumenya ibisabwa kugira umuntu abatizwe mu Vyabona vya Yehova, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo «Ushobora gute kuba Icabona ca Yehova?»

c Umutsimvyi ni Icabona yabatijwe w’intangakarorero, yitanga akamara igitigiri kanaka c’amasaha buri kwezi ariko arigisha inkuru nziza.

d Wipfuza ayandi makuru, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo «Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute?»

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika