ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • syr25 rup. 2
  • Raporo yo mu 2025 yose ifatiwe hamwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Raporo yo mu 2025 yose ifatiwe hamwe
  • 2025 Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Raporo yo mu 2024 yose ifatiwe hamwe
    Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2024
  • Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?
    Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
  • Raporo yo mu 2021 yose ifatiwe hamwe
    Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2021
  • Raporo yo mu 2020 yose ifatiwe hamwe
    Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2020
Ibindi
2025 Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova
syr25 rup. 2

Raporo yo mu 2025 yose ifatiwe hamwe

  • Ibiro vy’amashami vy’Ivyabona vya Yehova: 84

  • Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo:  241

  • Amashengero yose hamwe: 119.652

  • Abitavye Icibutso kw’isi yose: 20.635.015

  • Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 24.576

  • Abamamaji bose hamwea: 9.205.326

  • Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 9.047.083

  • Iyongerekana ugereranije na 2024: 2,5

  • Ababatijwe bose hamweb: 304.643

  • Incahagati y’abatsimvyic buri kwezi: 1.743.567

  • Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 864.870

  • Incahagati y’inyigishod zayobowe buri kwezi: 7.603.182

Umwaka w’umurimo wa 2025 watanguye ku wa 1 Nyakanga 2024, urangira ku wa 31 Myandagaro 2025.

a Umwamamaji ni umuntu yigisha abigiranye umwete inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana. (Matayo 24:14) Kugira umenye ivyo twisunga mu guharura, raba ikiganiro co kuri kivuga ngo «Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?»

b Wipfuza kumenya ibisabwa kugira umuntu abatizwe mu Vyabona vya Yehova, raba ikiganiro co kuri kivuga ngo «Ushobora gute kuba Icabona ca Yehova?»

c Umutsimvyi ni Icabona yabatijwe w’intangakarorero, yitanga akamara igitigiri kanaka c’amasaha buri kwezi ariko arigisha inkuru nziza.

d Wipfuza ayandi makuru, raba ikiganiro co kuri kivuga ngo «Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute?»

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika