Ibiganiro n’amavidewo 01 Bibiliya ishobora gute kugufasha mu buzima bwawe? 02 Bibiliya iratanga icizigiro ca kazoza 03 Woba wokwizigira ivyo Bibiliya ivuga? 01 Bibiliya ishobora gute kugufasha mu buzima bwawe? Nugumane icizigiro (1:48) Gusoma Bibiliya (2:05) RONDERA N’IBINDI “Ivyo Bibiliya itwigisha vyama biranga ubukerebutsi” (Umunara w’Inderetsi No. 1 2018) Ukuntu natanguye guhimbarirwa ubuzima (2:53) “Ibintu 12 vyofasha ingo kurama” (Be maso! No. 2 2018) Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?—Ndende (3:14) 02 Bibiliya iratanga icizigiro ca kazoza Naripfuza kurwanya akarenganyo (4:07) RONDERA N’IBINDI “Wokura hehe icizigiro?” (Be maso!, 22 Ndamukiza 2004) “Bibiliya yoba ishobora kumfasha mfise indwara idakira?” (Ikiganiro co kuri jw.org) Niwiyumvire ico gihe (3:37) “Ubu sinkibona ko ntegerezwa guhindura isi” (Umunara w’Inderetsi, 1 Mukakaro 2013) 03 Woba wokwizigira ivyo Bibiliya ivuga? Isi yenenetse ku busa (1:13) Bibiliya yari yaravuze ibijanye n’ugukurwaho kwa Babiloni (0:58) RONDERA N’IBINDI “Bibiliya na siyansi vyoba bivuga rumwe?” (Ikiganiro co kuri jw.org) “Ubuhanuzi 6 bwo muri Bibiliya uriko urabona buranguka” (Umunara w’Inderetsi, 1 Rusama 2011) Turakomezwa n’“ijambo ry’ubuhanuzi” (5:22) “Nabona ko Imana itabaho” (Umunara w’Inderetsi No. 5 2017)