Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 1 Ingene wokwungukira cane kuri ibi vyigwa vya Bibiliya 01 Bibiliya ishobora gute kugufasha mu buzima bwawe? 02 Bibiliya iratanga icizigiro ca kazoza 03 Woba wokwizigira ivyo Bibiliya ivuga? 04 Imana y’ukuri ni nde? 05 Bibiliya ni ubutumwa Imana yaturungikiye 06 Ibiriho vyabayeho gute? 07 Yehova ameze gute? 08 Urashobora kuba umugenzi wa Yehova 09 Isengesho rirakomeza ubucuti ufitaniye n’Imana 10 Amakoraniro y’Ivyabona vya Yehova yokugirira akamaro akahe? 11 Ukuntu Bibiliya yorushiriza kukugirira akamaro 12 Ni ibiki vyogufasha kuguma wiga Bibiliya? Ingene wokwungukira cane kuri ibi vyigwa vya Bibiliya Kaze wige Bibiliya (2:45) 01 Bibiliya ishobora gute kugufasha mu buzima bwawe? Nugumane icizigiro (1:48) Gusoma Bibiliya (2:05) RONDERA N’IBINDI “Ivyo Bibiliya itwigisha vyama biranga ubukerebutsi” (Umunara w’Inderetsi No. 1 2018) Ukuntu natanguye guhimbarirwa ubuzima (2:53) “Ibintu 12 vyofasha ingo kurama” (Be maso! No. 2 2018) Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?—Ndende (3:14) 02 Bibiliya iratanga icizigiro ca kazoza Naripfuza kurwanya akarenganyo (4:07) RONDERA N’IBINDI “Wokura hehe icizigiro?” (Be maso!, 22 Ndamukiza 2004) “Bibiliya yoba ishobora kumfasha mfise indwara idakira?” (Ikiganiro co kuri jw.org) Niwiyumvire ico gihe (3:37) “Ubu sinkibona ko ntegerezwa guhindura isi” (Umunara w’Inderetsi, 1 Mukakaro 2013) 03 Woba wokwizigira ivyo Bibiliya ivuga? Isi yenenetse ku busa (1:13) Bibiliya yari yaravuze ibijanye n’ugukurwaho kwa Babiloni (0:58) RONDERA N’IBINDI “Bibiliya na siyansi vyoba bivuga rumwe?” (Ikiganiro co kuri jw.org) “Ubuhanuzi 6 bwo muri Bibiliya uriko urabona buranguka” (Umunara w’Inderetsi, 1 Rusama 2011) Turakomezwa n’“ijambo ry’ubuhanuzi” (5:22) “Nabona ko Imana itabaho” (Umunara w’Inderetsi No. 5 2017) 04 Imana y’ukuri ni nde? Icigwa ca 1 (Agatabu gafasha kwiga Ijambo ry’Imana) Imana ifise izina ry’uruharo rimwe gusa (0:41) Imana yoba ifise izina?—Agace (3:11) Nararondeye Imana y’ukuri (8:18) RONDERA N’IBINDI “Imana yoba ibaho?” (Ikiganiro co kuri jw.org) “Ni nde yaremye Imana?” (Umunara w’Inderetsi, 1 Myandagaro 2014) “Yehova ni nde?” (Ikiganiro co kuri jw.org) “Imana ifise amazina angahe?” (Ikiganiro co kuri jw.org) 05 Bibiliya ni ubutumwa Imana yaturungikiye Bibiliya ikomoka kuri nde?—Agace (2:48) Barahaye agaciro Bibiliya—Agace (William Tyndale) (6:17) RONDERA N’IBINDI “Ukuntu Bibiliya yadushikiriye” (Be maso!, Munyonyo 2007) “Bibiliya yarasimvye imanga” (Umunara w’Inderetsi No. 4 2016) Barahaye agaciro Bibiliya (14:26) “Bibiliya yoba yaragoretswe?” (Ikiganiro co kuri jw.org) 06 Ibiriho vyabayeho gute? Kwemera Imana (2:43) Ibiriho vyoba vyararemwe?—Agace (3:51) RONDERA N’IBINDI “Ivyaremwe bitwigisha iki?” (Be maso!, Nyakanga 2006) ‘Yehova ni we yaremye vyose’ (2:37) “Imana yoba yakoresheje ihindagurika mu kurema ubwoko butandukanye bw’ibinyabuzima?” (Ikiganiro co kuri jw.org) Ibibazo bitanu wokwibaza ku bijanye n’inkomoko y’ubuzima (agatabu mu gifaransa) 07 Yehova ameze gute? Yehova yaritayeho ingorane barimwo (2:45) Ivyaremwe birahishura urukundo rwa Yehova: Umubiri w’umuntu (1:57) RONDERA N’IBINDI “Imana imeze gute?” (Umunara w’Inderetsi No. 1 2019) “Imana yoba iba hose?” (Ikiganiro co kuri jw.org) “Impwemu nyeranda ni iki?” (Ikiganiro co kuri jw.org) “Ubu ndashobora gufasha abandi” (Umunara w’Inderetsi, 1 Gitugutu 2015) 08 Urashobora kuba umugenzi wa Yehova Yehova yarankoreye ivyiza vyinshi (3:20) RONDERA N’IBINDI “Yehova ni Imana abantu bakwiye kumenya” (Umunara w’Inderetsi, 15 Ruhuhuma 2003) “Noba umugenzi w’Imana gute?” (Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2, ikigabane ca 35) “Sinashaka gupfa!” (Umunara w’Inderetsi No. 1 2017) Kuba umugenzi w’Imana bisobanura iki? (1:46) 09 Isengesho rirakomeza ubucuti ufitaniye n’Imana Imana yoba yumviriza amasengesho yose?—Agace (2:42) Isengesho riradufasha kwihangana (1:32) RONDERA N’IBINDI “Ibintu indwi ukeneye kumenya ku vyerekeye isengesho” (Umunara w’Inderetsi, 1 Gitugutu 2010) “Kubera iki nosenga?” (Ikiganiro co kuri jw.org) “Noba nkwiye gusenga aberanda?” (Ikiganiro co kuri jw.org) Senga igihe cose (1:22) 10 Amakoraniro y’Ivyabona vya Yehova yokugirira akamaro akahe? Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga (2:12) RONDERA N’IBINDI Ntituzopfa twibagiye ukuntu yaturamukije (4:16) Narakunze cane amakoraniro (4:33) “Kubera iki twoja ku makoraniro ku Ngoro y’Ubwami?” (Ikiganiro co kuri jw.org) “Nta ho naja ntafise inkoho yanje” (Umunara w’Inderetsi, 1 Mukakaro 2014) 11 Ukuntu Bibiliya yorushiriza kukugirira akamaro Ukuntu abakiri bato biga gukunda Ijambo ry’Imana (5:33) “Ivyabona vya Yehova boba bafise Bibiliya yabo?” (Ikiganiro co kuri jw.org) RONDERA N’IBINDI “Ingene wosoma Bibiliya ikakugirira akamaro” (Umunara w’Inderetsi No. 1 2017) “Bibiliya yomfasha gute?—Igice ca 1: Soma Bibiliya yawe” (Ikiganiro co kuri jw.org) “Bibiliya yomfasha gute?—Igice ca 2: Nutume gusoma Bibiliya bikuryohera” (Ikiganiro co kuri jw.org) Kwiyigisha mu buryo kirumara (2:06) 12 Ni ibiki vyogufasha kuguma wiga Bibiliya? Yararonse impera kubera atatanye n’akabando (5:22) Yehova aradufasha kugira amahinduka (3:56) RONDERA N’IBINDI “Ingene wokoresha neza umwanya wawe” (Be maso!, Ruhuhuma 2014) Yehova aradufasha kwikorera imitwaro yacu (5:05) Narasuzumye ngo ndabe ko kwari ukuri (6:30) “Ivyabona vya Yehova boba basambura ingo canke barazikomeza?” (Ikiganiro co kuri jw.org)