ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CO-pgm21 rup. 4-5
  • Ku wa gatandatu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ku wa gatandatu
  • Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2020
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2019
Ibindi
Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
CO-pgm21 rup. 4-5
Amafoto: 1. Mushiki wacu ariko avugana n’umuhungu wiwe hamwe n’umukobwa wiwe. 2. Abadada babiri bariko bamamaza mu karere ka kure ko muri Aziya. 3. Daniyeli n’abagenzi biwe batatu b’Abaheburayo bahagaze imbere y’umwami wa Babiloni.

Ku wa gatandatu

“[Nurwane] intambara ikomeye yo kurwanira ukwizera”​—Yuda 3

MU GITONDO

  • 2:20 Ividewo y’umuziki

  • 2:30 Ururirimbo No. 57 n’isengesho

  • 2:40 INSIGURO Y’IBICE BINE: Niwibuke ko n’abatagira ukwizera bashobora kukuronka

    • • Abanyaninewe (Yona 3:5)

    • • Abavukana na Yezu (1 Abakorinto 15:7)

    • • Abantu bakomakomeye (Abafilipi 3:7, 8)

    • • Abantu batagira idini (Abaroma 10:13-15; 1 Abakorinto 9:22)

  • 3:30 Nufashe abandi gukomeza ukwizera ukoresheje Urashobora kwiberaho ibihe bidahera (Yohani 17:3)

  • 3:50 Ururirimbo No. 67 n’amatangazo

  • 4:00 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Abaroranirwa mu kurwanira ukwizera

    • • Abubakanye n’abatari Ivyabona (Abafilipi 3:17)

    • • Abarezwe n’umuvyeyi umwe (2 Timoteyo 1:5)

    • • Abakirisu batarubaka (1 Abakorinto 12:25)

  • 4:45 IBATISIMU: Kugira ukwizera biratuma turonka ubuzima budahera (Matayo 17:20; Yohani 3:16; Abaheburayo 11:6)

  • 5:15 Ururirimbo No. 79 n’akaruhuko

KU MUHINGAMO

  • 6:35 Ividewo y’umuziki

  • 6:45 Ururirimbo No. 24

  • 6:50 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Ingene abavukanyi bariko bagaragaza ukwizera . . .

    • • Muri Afrika

    • • Muri Aziya

    • • I Buraya

    • • Muri Amerika ya Ruguru

    • • Muri Oseyaniya

    • • Muri Amerika y’Epfo

  • 7:15 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Niwinjire mu muryango uja ku gikorwa biciye ku kwizera

    • • Niwige ururimi rushasha (1 Abakorinto 16:9)

    • • Niwimukire ahari inkenero kuruta (Abaheburayo 11:8-10)

    • • Nusabe kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami (1 Abakorinto 4:17)

    • • Nufashe mu maporoje y’ubwubatsi (Nehemiya 1:2, 3; 2:5)

    • • “[Nushire] ikintu ku ruhande” ku bw’igikorwa ca Yehova (1 Abakorinto 16:2)

  • 8:15 Ururirimbo No. 84 n’amatangazo

  • 8:20 IGIKINO: Daniyeli: Ubuzima bwiwe bwaranzwe n’ukwizera: Igice ca 1 (Daniyeli 1:1–2:49; 4:1-33)

  • 9:20 “[Nurwane] intambara ikomeye yo kurwanira ukwizera” (Yuda 3; Imigani 14:15; Abaroma 16:17)

  • 9:55 Ururirimbo No. 38 n’isengesho risozera

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika