ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CO-pgm20 rup. 4-5
  • Ku wa gatandatu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ku wa gatandatu
  • Programa y’ihwaniro ryo mu 2020
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2021
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2020
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2019
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2018
Ibindi
Programa y’ihwaniro ryo mu 2020
CO-pgm20 rup. 4-5
Udufoto: 1. Umugwi w’Ivyabona vya Yehova bagiye kwamamaza kandi bahimbawe. Umwe aramugaye bariko baramusunika mu gakinga. 2. Icabona ca Yehova ariko arabwira inkuru nziza umugabo umwe. 3. Nehemiya.

Ku wa gatandatu

“Nimwiratire izina ryiwe ryeranda. Umutima w’abarondera Yehova nunezerwe”​—Zaburi 105:3

MU GITONDO

  • 2:20 Ividewo y’umuziki

  • 2:30 Ururirimbo No. 53 n’isengesho

  • 2:40 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Nuryohore ubuhanga bwawe

    • • Kubaza ibibazo (Yakobo 1:19)

    • • Nureke ububasha bw’Ijambo ry’Imana bukore (Abaheburayo 4:12)

    • • Uburorero butomora ivyiyumviro nyamukuru (Matayo 13:34, 35)

    • • Kwigisha ushwashwanutse (Abaroma 12:11)

    • • Kugaragaza impuhwe (1 Abatesalonika 2:7, 8)

    • • Gukora umutohoji ku mutima (Imigani 3:1)

  • 3:50 Ururirimbo No. 58 n’amatangazo

  • 4:00 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Niwemere Yehova agufashe

    • • Ibikoresho vy’ubushakashatsi (1 Abakorinto 3:9; 2 Timoteyo 3:16, 17)

    • • Abavukanyi bacu (Abaroma 16:3, 4; 1 Petero 5:9)

    • • Isengesho (Zaburi 127:1)

  • 4:45 IBATISIMU: Ingene ibatisimu ituma urushiriza guhimbarwa (Imigani 11:24; Ivyahishuwe 4:11)

  • 5:15 Ururirimbo No. 79 n’akaruhuko

KU MUHINGAMO

  • 6:35 Ividewo y’umuziki

  • 6:45 Ururirimbo No. 76

  • 6:50 Ingene abavukanyi bariko barironkera umunezero wo guhindura abantu abigishwa . . .

    • • Muri Afrika

    • • Muri Aziya

    • • I Buraya

    • • Muri Amerika ya Ruguru

    • • Muri Oseyaniya

    • • Muri Amerika y’Epfo

  • 7:35 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Nufashe abo wigisha Bibiliya . . .

    • • Kwigaburira mu vy’impwemu (Matayo 5:3; Yohani 13:17)

    • • Kwitaba amakoraniro (Zaburi 65:4)

    • • Kwirinda abagenzi babi (Imigani 13:20)

    • • Guheba ingeso zihumanye (Abanyefeso 4:22-24)

    • • Kugiranira ubucuti na Yehova (1 Yohani 4:8, 19)

  • 8:30 Ururirimbo No. 110 n’amatangazo

  • 8:40 IGIKINO: Nehemiya: ‘Akanyamuneza ka Yehova ni igihome kidukingira’: Igice ca 1 (Nehemiya 1:1–6:19)

  • 9:15 Niwitegurire guhindura abantu abigishwa mw’isi nshasha (Yesaya 11:9; Ivyakozwe 24:15)

  • 9:50 Ururirimbo No. 140 n’isengesho risozera

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika