Ironderero
Ibimenyeshejwe: Amarabiro menshi agizwe n’igitigiri c’ikigabane, gikurikiwe n’ic’ingingo. Nk’akarorero, irabiro rya mbere munsi y’ahavuga ngo “Abakozi b’ishengero” ni “amabanga bajejwe: 6:7-12.” Ivyo bisigura ko amakuru yerekeye amabanga abakozi b’ishengero bajejwe ari mu kigabane ca 6, kuva ku ngingo ya 7 gushika ku ya 12.
Abacungezi
(Raba Abakurambere)
Abadada
amashure ya gitewokarasi: 10:17-18
igihe ata bavukanyi bakwije ibisabwa bahari: 6:9; 7:23
ubwubatsi: 10:21
Abakira abantu: 11:14
Abakozi b’ishengero
amabanga bajejwe: 6:7-12; 11:14
gukenguruka ivyo bakora: 6:1-2, 15
ibisabwa: 6:3-6
kurondera gushikira iryo banga: 6:14
Abakurambere
abageze mu zabukuru canke abarwaye: 5:23-24
amanama: 5:37
bagenwa gitewokarasi: 4:8
gusenyera ku mugozi umwe: 5:21
gutuma ishengero riguma ridahumanye: 14:19-40
ibisabwa: 5:4-20
imigwi n’imigwi y’imfatakibanza: 9:42-44
ingene dukwiye kubabona: 3:14; 5:38-39
kurondera gushikira iryo banga: 5:22
ukuntu amabanga agabuwe: 5:25-36, 40
Abamamaji b’ishengero
(Raba kandi Abamamaji batarabatizwa)
abafise amagara make: 8:29
abakiri bato: 8:13-14
abimutse: 8:30
bashasha: 8:5-6
ibisabwa: 8:8
igihe bakeneye imfashanyo: 5:28-29, 33; 7:21; 9:7, 15, 19
Abamamaji batarabatizwa
abana: 8:13-15
ibisabwa: 8:6-12
igihe bakoze amakosa: 14:38-40
kwubaka canke gusanura Ingoro y’Ubwami: 11:17
Abana
abakiri bato barondera gushikira amabanga: 6:14
gufasha abavyeyi na basokuru: 12:14
gutera imbere mu vy’impwemu: 8:13-15; 10:26; rup. 179-181
ibikorwa vyo kw’ishure: 13:22-24
igihe bakoze ikibi: 14:37
Abaserukira icicaro gikuru: 5:55-56
Abatsimvyi: 10:11-14
Abatsimvyi badasanzwe: 10:11, 14, 17-18
Abatsimvyi bafasha: 10:11-12
Aboro: 12:12-15
Akazi: 13:25-26
Amahera akoreshwa
mu muzunguruko: 12:8-11
Amahwaniro: 7:25-27
Amakomite aja inama n’ibitaro n’Imigwi igendera Ivyabona barwaye: 5:40
Amakoraniro
abakira abantu: 11:14
abakurambere: 5:37
abana: 11:13
Abisirayeli: 11:1
akamaro kayo: 3:12; 7:4, 27; 15:7
amahwaniro: 7:25-26
amateraniro y’umuzunguruko: 7:24
igihe ahagarikiwe n’abadada: 7:23
igihe igikorwa kibujijwe: 17:15-17
igihe mwagendewe n’umucungezi: 5:43, 47
insiguro ya bose: 7:5-10
intumbero yayo: 7:1-2
Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi: 7:11-13
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: 7:17
kuhamenyekanishiriza ibidandazwa: 13:27
mu kinjana ca mbere: 7:3; 11:2
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu: 7:14-19
yo gusohoka mu ndimiro: 7:20-21; 9:45
Amatangazo
abamamaji batarabatizwa: 8:12; 14:39-40
gucibwa: 14:29
gukangirwa: 14:24
intererano: 12:6
kugarukanwa: 14:36
kwiyonjorora: 14:33
Amateraniro
(Raba Iteraniro ry’umuzunguruko)
Amaziko: 11:10-11
Beteli: 10:19-20
Gucibwa: 14:25-29
Gukorera aho bikenewe gusumba ahandi: 10:6-9
Gushira ikimenyetso ku batagendera ku rutonde: 14:9-12
Gutabara abashikiwe n’ivyago: 12:15; 16:11
Ibatisimu
abamamaji batarabatizwa: rup. 182-184
abana: rup. 179-181
ibibazo vyihwezwa: rup. 185-207
insobanuro: 8:16-18
ku materaniro, amahwaniro: 7:24, 26
kwatirwa: 8:3
Ibicumuro
(Raba kandi Gucibwa; Gushira ikimenyetso ku batagendera ku rutonde; Ivyo tudahurizako; Kugarukanwa; Kwiyonjorora)
abamamaji batarabatizwa: 14:38-40
abana: 14:37
amatangazo: 14:24, 29, 33, 39-40
bikomeye: 14:21-33
ku wundi mukirisu: 14:5-6, 13-20
Ibikorwa vyo kw’ishure: 13:22-24
Ibiro vy’ishami
ico bijejwe: 4:13
igihe guhanahana amakuru na vyo bidashoboka: 17:15-17
kurungikayo intererano: 12:2-4
kwambara no kwitunganya ku bahagendera: 13:13
Ibisohokayandikiro
ababijejwe: 12:16
amahera akoreshwa: 12:2-4
ingene bifasha mu ndimiro: 9:22-23
uturere tuvugwamwo indimi nyinshi: 9:36, 38
Icibare
ic’umugwi n’ic’umuntu: 9:31-34
inyandiko: 9:31
kivugwamwo indimi nyinshi: 9:36-37
Icibutso: 7:28-30
Ifishi y’umwamamaji y’ishengero: 5:44; 8:10, 30
Insiguro ya bose: 7:5-10
Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba: 7:28-30
Imigambi
abamamaji: 10:4-5
abamisiyonari bakorera mu ndimiro: 10:15
akamaro kayo: 10:24-26
amashure ya gitewokarasi: 10:17-18
gukorera aho bikenewe gusumba ahandi: 10:6-9
gukorera kuri Beteli: 10:19-20
ihuje n’uko ivyacu vyifashe: 8:37
kuba umucungezi w’umuzunguruko: 10:16
kwiga urundi rurimi: 10:10
ubutsimvyi: 10:11-14
ubwubatsi: 10:21-23
Imigwi yo gusohoka mu ndimiro
abacungezi bayo: 5:29-34
amakoraniro yo gusohoka mu ndimiro: 7:20-21
gushinga abayijamwo: 5:35
gusukura Ingoro y’Ubwami: 11:7
uruhara rw’abakozi b’ishengero: 6:12
Inama Nyobozi
igituma twokwisunga ubuyobozi bwayo: 3:9-11; 4:9-11
kuyimenya: 3:1-6
kwerekana ko tuyizigira: 3:12-15
Ingoro y’Ubwami
amahera asohorwa: 11:6; 12:5-6
ikoraniramwo amashengero menshi: 11:8-9
kuyegurira Imana: 11:4
kuyikoresha ku bintu bidasanzwe: 11:10-11
kuyisukura no kuyibungabunga: 11:7-8
kuyubaka: 10:21-23; 11:4-5, 15-17
ububiko bw’ibitabu: 7:19
Ingoro z’amateraniro: 11:18-21
Intangakarorero
ico bisobanura: 6:9
Intererano: 3:13; 11:6-7, 15; 12:2-11
Inyambaro n’ukwitunganya
abakozi b’ishengero: 6:5
abaterwa uduteka: 6:9
igihe tugendeye Beteli: 13:13
iyo turi mu ndimiro: 13:12
kwiruhura: 13:14
Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi: 7:11-13
Inyigisho za Bibiliya
gutanga raporo: 8:26
igituma bihambaye: 9:16-17
kuremesha umutohoji kwamamaza akaryo kizanye: 8:5
kuyobora umutohoji kw’ishirahamwe: 9:20-21
Inzego zegukira ishirahamwe: 4:12
Ishengero (Amashengero)
(Raba kandi Amakoraniro; Ingoro y’Ubwami)
mashasha na matomato: 7:22-23
ritunganijwe gitewokarasi: 1:3; 4:4-11
ubumwe: 13:28-30
Ishirahamwe
igice co mw’ijuru: 1:8-13
Isuku; Ukudahumana
Ingoro y’Ubwami: 11:7-8
mu vy’inyifato runtu, mu vy’impwemu: 13:6-7
ryo ku mubiri: 13:8-12
Iteraniro ry’umuzunguruko
aho ribera: 11:18
amahera akoreshwa: 12:8-11
ingene ritunganywa: 5:49
Ivyo tudahurizako
amakosa akomeye: 14:13-20
utugorane dutoduto: 14:5-6
JW.ORG: 9:24-25
Komite
ija inama n’ibitaro: 5:40
ijejwe Ingoro y’Ubwami: 11:8
y’igihugu: 5:53
y’umurimo y’ishengero: 5:35
Komite ncarubanza: 14:21-28, 34-37
Komite y’umurimo y’ishengero: 5:35
Kugarukanwa: 14:34-36
Kuyoboka
(Raba Ubukuru)
Kwamamaza inkuru nziza
abana: 8:13-15
akaryo kizanye: 9:26-29
amakoraniro yo gusohoka mu ndimiro: 7:20-21
amasubirayo: 9:14-15
bihagarikiwe n’umucungezi w’umurimo: 5:28
gukoresha jw.org: 9:24-25
gutanga raporo: 8:19-29, 31-36
ibitabu: 9:22-23
icibare: 9:30-34
igihe igikorwa kibujijwe: 17:13-18
igihe ukeneye imfashanyo: 5:28-29, 33; 7:21; 9:7, 15, 19
igikorwa twashinzwe n’Imana: 8:2
igituma bihambaye: 9:5-8; 10:1-2
inyambaro n’ukwitunganya: 13:12
inzu ku nzu: 9:3-9
ku mugaragaro: 9:11-12
kuja imbere abandi: 5:3, 17, 29-33; 6:4
kuremesha umutohoji kwamamaza akaryo kizanye: 8:5
kwifatanya n’abandi mu kwamamaza: 9:45-46
mu kinjana ca mbere: 8:1-2; 9:1, 4
uturere tuvugwamwo indimi nyinshi: 9:35-44
Kwatirwa: 8:3
Kwisamaza: 13:15-21
Kwiyegura no kubatizwa
(Raba Ibatisimu)
Kwiyonjorora: 14:30-33
Raporo
abacungezi b’imizunguruko: 5:46, 50; 9:44
igihe utari mw’ishengero iwanyu: 8:30
igituma ihambaye: 8:19-22, 31-36
Ubugeni: 11:10-11
Ubukuru
abakuru bari hejuru: 15:11
mu muryango: 15:9-10
mw’ishengero: 3:14; 4:15; 15:7
mw’ishirahamwe rya Yehova: 1:9-10; 2:5, 9-10; 15:1-2
Ubumwe
ico bushingiyeko: 1:6-7; 13:28-29
imihezagiro: 4:15; 5:57; 13:30-31
kubuzigama: 17:20
kw’isi yose: 16:6-11
tuyobowe na Kristu: 2:9-11; 4:10-11
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro: 7:14-18
Ubwubatsi: 10:21-23
Umugwi w’abubatsi: 10:23
umwubatsi: 10:23
umwubatsi mvamakungu: 10:23
uwufasha mu bwubatsi: 10:23
uwufasha mu Rwego rw’igihugu rujejwe imigero n’ubwubatsi: 10:23
Umucungezi w’umurimo: 5:28, 32; 9:31, 37, 45
Umucungezi w’umuzunguruko
amashengero mashasha: 7:22
imigwi: 9:44
kugendera amashengero: 5:41-48
kumubaza ukuntu wokwagura umurimo: 10:6, 10, 16, 20
kumwakira: 5:50
Umuhuzabikorwa w’inama y’abakurambere
abipfuza kubatizwa: 8:18; rup. 208-212
amabanga ajejwe: 5:26
gusuzuma amakonte: 12:7
ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu: 7:18
urugendo rw’umucungezi w’umuzunguruko: 5:42-44
“Umushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge”
kumumenya: 3:4-6
kumuyobokera: 15:7
kwerekana ko tumwizigira: 3:12-15
Uturere tuvugwamwo indimi nyinshi: 9:35-44
igihe umunyamuhana avuga urundi rurimi: 9:38-41
imigwi n’imigwi y’imfatakibanza: 9:42-44
ivyigwa vy’indimi: 10:10
Yehova Imana
kumwiyegereza: 17:1-3
Segaba w’ijuru n’isi: 15:1-4
Yezu Kristu
kuyobokera Yehova: 15:5
Umucunguzi: 2:3
Umuherezi mukuru: 2:4