Ibirimwo
URUPAPURO IKIGABANE CA
IGIHIMBA CA 1—GUSHIKA YEZU ATANGUYE IGIKORWA CIWE
10 1 Ubutumwa bubiri buvuye ku Mana
12 2 Yezu aterwa iteka ataravuka
14 3 Uwo gutegura inzira avuka
16 4 Mariya yibungenga ata mugabo afise
18 5 Yezu yavukiye hehe kandi ryari?
20 6 Umwana yari yarasezeranywe
22 7 Abaragurira ku nyenyeri baza kuraba Yezu
24 8 Bahunga umwami w’umubisha
28 10 Umuryango wa Yezu uja i Yeruzalemu
30 11 Yohani Umubatizi ategura inzira
IGIHIMBA CA 2—YEZU ATANGURA IGIKORWA CIWE
36 13 Niwigire ku kuntu Yezu yihanganiye ibigeragezo
38 14 Yezu atangura kurondera abigishwa
40 15 Akora igitangaro ca mbere
42 16 Yezu yerekana umwete afitiye ugusenga kw’ukuri
44 17 Yigisha Nikodemu mw’ijoro
46 18 Yezu aja hejuru, Yohani akaja hasi
48 19 Yezu yigisha Umusamariyakazi
IGIHIMBA CA 3—IGIKORWA GIHAMBAYE YEZU YARANGURIYE
54 20 Igitangaro kigira kabiri ari i Kana
56 21 Mw’isinagogi y’i Nazareti
58 22 Abigishwa bane bazoba abarovyi b’abantu
60 23 Yezu akora ibitangaro i Kaperinawumu
62 24 Yongereza igikorwa ciwe i Galilaya
64 25 Akiza umunyamibembe abigiranye impuhwe
66 26 “Ibicumuro vyawe birababariwe”
70 28 Kubera iki abigishwa ba Yezu batisonzesha?
72 29 Vyoba vyemewe gukora ivyiza kw’Isabato?
74 30 Ubucuti buri hagati ya Yezu na Se
76 31 Bamyoza ingano kw’Isabato
78 32 Ni ibiki vyemewe gukorwa kw’Isabato?
80 33 Ashitsa ubuhanuzi bwa Yesaya
82 34 Yezu atora intumwa cumi na zibiri
84 35 Insiguro yabaye rurangiranwa
92 36 Intwazangabo y’ukwizera gukomeye
94 37 Yezu azura umwana w’umupfakazi
96 38 Yohani ashaka kwumva ico Yezu ubwiwe avuga
98 39 Iyaruka ry’intabarirwa riragowe
100 40 Icigwa cerekeye ukubabarira abandi
102 41 Ni nde amuha ububasha bwo gukora ibitangaro?
104 42 Yezu akarira Abafarizayo
106 43 Ibigereranyo vyerekeye Ubwami
112 44 Yezu atururuza igihuhusi ku kiyaga
114 45 Yirukana amadayimoni menshi
116 46 Yakoze ku mpuzu za Yezu aca arakira
120 48 Naho akora ibitangaro baramwiyamiriza
122 49 Yigisha i Galilaya akongera akamenyereza intumwa
124 50 Bariteguriye kwamamaza naho bohamwa
126 51 Ibara rigwa ku musi mukuru
128 52 Agaburira ibihumbi akoresheje udukate n’udufi dukeyi
130 53 Umutware afise ububasha ku bidukikije
132 54 Yezu ni “umukate w’ubuzima”
134 55 Benshi batsitazwa n’amajambo ya Yezu
136 56 Ni ibiki vy’ukuri bihumanya umuntu?
138 57 Akiza umukobwa n’umugabo w’umuragi
140 58 Imikate n’umwambiro w’Abafarizayo
142 59 Umwana w’umuntu ni nde?
144 60 Berekwa ubuninahazwa bwa Kristu
146 61 Akiza umuhungu yiziziwe n’idayimoni
148 62 Icigwa gihambaye co kwicisha bugufi
150 63 Yezu aha intumwa izindi mpanuro zihambaye
152 64 Turakwiye kubabarira abandi
154 65 Yigisha ariko aja i Yeruzalemu
IGIHIMBA CA 4—IGIKORWA YEZU YARANGURIYE I YUDAYA MU NYUMA
158 66 I Yeruzalemu ku musi mukuru w’insago
160 67 “Ntiharigera haboneka umuntu avuga nka we”
162 68 Umwana w’Imana ni “umuco w’isi”
164 69 Abana ba Aburahamu canke ba Shetani?
166 70 Yezu akiza umugabo yavutse ari impumyi
168 71 Abafarizayo bahangana na wa mugabo yari impumyi
170 72 Yezu arungika abigishwa 70 kwigisha
172 73 Umugenzi nyakuri ni nde?
174 74 Icigwa cerekeye ubwakiranyi n’isengesho
176 75 Yezu yerekana isôko ry’agahimbare
180 77 Yezu atanga impanuro ku vyerekeye ubutunzi
182 78 Umubwiriza w’umwizigirwa akwiye kwama yiteguye
186 80 Umwungere w’agahebuza n’impongore z’intama
188 81 Yunze ubumwe na Se ariko si Imana
IGIHIMBA CA 5—IGIKORWA YEZU YARANGURIYE MU BUSERUKO BWA YORODANI MU NYUMA
192 82 Igikorwa Yezu yaranguriye i Pereya
194 83 Ni bande Imana itumira ku nzimano?
196 84 Kuba umwigishwa ni ibanga rikomeye
198 85 Umunezero uhaba igihe umucumuzi yigaye
200 86 Umwana w’icangazi agaruka
204 87 Nukoreshe ubwenge mu gutegekanya kazoza
206 88 Ivya wa mutunzi na Lazaro bihinduka
210 89 Yigisha i Pereya ariko aja i Yudaya
216 92 Umwe gusa ni we yibutse gushima
218 93 Umwana w’umuntu azohishurwa
220 94 Ugusenga n’ukwicisha bugufi ni ntahara
222 95 Yigisha ivyerekeye kwahukana no gukunda abana
224 96 Yezu yishura umutware w’umutunzi
226 97 Abakozi bo mu murima w’imizabibu
228 98 Intumwa zisubira guhahamira ubukuru
230 99 Arakiza impumyi akanafasha Zakayo
IGIHIMBA CA 6—YEZU ASOZERA IGIKORWA CIWE
236 101 Yakirwa na Simoni i Betaniya
238 102 Umwami yinjira i Yeruzalemu
240 103 Yongera guhumanura urusengero
242 104 Abayuda boba bizera naho bumva ijwi ry’Imana?
244 105 Icigwa kijanye n’ukwizera
246 106 Uturorero tubiri tujanye n’umurima
248 107 Umwami ahamagara abatumiwe ku bugeni
250 108 Yezu ahindura ubusa imigambi yo kumutega
252 109 Ashira ku mugaragaro abamurwanya
254 110 Umusi wa nyuma Yezu aboneka ku rusengero
256 111 Intumwa zisaba ikimenyetso
260 112 Icigwa cerekeye ukuba maso
262 113 Icigwa cerekeye ugukorana umwete
264 114 Kristu acira urubanza intama n’impene
266 115 Yezu yitegurira Pasika ya nyuma
268 116 Icigwa c’ukwicisha bugufi kuri Pasika ya nyuma
270 117 Icibutso c’urupfu rwa Yezul
272 118 Havyuka ibihari vyo kumenya umukuru uwo ari we
274 119 Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
276 120 Kwama ivyamwa no kuba abagenzi ba Yezu
278 121 “Nimugire umutima rugabo! Jewe naratsinze isi”
280 122 Isengesho rya nyuma bari mu cumba co hejuru
282 123 Asenga ari mu mubabaro mwinshi
284 124 Kristu agaburwa akongera agafatwa
286 125 Yezu ajanwa kwa Anasi, hama kwa Kayifa
288 126 Petero amwihakana mu rugo kwa Kayifa
290 127 Asambishwa hama akajanwa kwa Pilato
292 128 Pilato na Herodi basanga ari intungane
294 129 Pilato ati: “Ng’uyu wa mugabo!”
296 130 Yezu atangwa hama akajanwa kwicwa
298 131 Umwami w’intungane ababarizwa ku giti
300 132 “Ni ivy’ukuri, uyu muntu yari Umwana w’Imana”
302 133 Ikiziga ca Yezu kirategurwa kigahambwa
304 134 Imva iragaragara kuko Yezu ari muzima!
306 135 Yiyereka abantu benshi amaze kuzuka
308 136 Ku nkengera y’Ikiyaga c’i Galilaya
310 137 Yiyereka abantu amajana imbere ya Pentekoti