Raba ibindi vyofasha urugo kuri jw.org
Wipfuza izindi mpanuro ngirakamaro kandi ziranga ubukerebutsi zo mw’Ijambo ry’Imana, tukuremesheje kuja ku muhora wacu wo kuri Internet. Urahasanga uburorero bw’ivyashikiye abantu nkawe bubatse bo hirya no hino kw’isi.
Nufatane icubahiro uwo mwubakanye
Ingene mwokwirinda amajambo ababaza
Igihe ubugenzi burenze urugero
Igihe uwo mwubakanye akeneye kwitwararikwa mu buryo budasanzwe
Ingene abasubiye kwubaka izabo bororanirwa
Ingene wofata umwana akunda kwishavuza
Igihe umwana wawe afise ubumuga
Nuyage n’abana bawe ivyerekeye igitsina
Igihe umwana wawe w’umuyabaga agize amakenga ku vyo wemera
Gutegura imiyabaga kugira ngo bazokwererwe bageze mu bigero
Wofasha gute umwana wawe yigirira nabi ku mubiri?
Ingorane zihanze abubakanye badasangiye abana
N’ibindi biguma vyongerwako.