Ibirimwo
IKIGABANE URUPAPURO
INTANGAMARARA
1. “Nimugende muhindure abantu abigishwa” 6
IGIHIMBA CA 1—«Mwujuje Yeruzalemu inyigisho zanyu»
3. «Buzuzwa impwemu nyeranda» 23
4. «Abantu batize kandi basanzwe» 31
5. «Dutegerezwa kugamburukira Imana» 41
IGIHIMBA CA 2—«Haduka uruhamo rukomeye kw’ishengero»
6. Sitefano yari «yuzuye ubuntu bw’Imana n’ububasha» 50
7. Numenyeshe «inkuru nziza yerekeye Yezu» 58
8. Ishengero «rija mu kiringo c’amahoro» 67
IGIHIMBA CA 3—“Abanyamahanga baremeye ijambo ry’Imana”
10. «Ijambo rya Yehova ribandanya gukwiragira» 87
IGIHIMBA CA 4—“Barungikwa n’impwemu nyeranda”
11. “Barujujwe umunezero be n’impwemu nyeranda” 96
12. «Bavuga badatinya biciye ku bubasha bwa Yehova» 105
IGIHIMBA CA 5—«Intumwa n’abakurambere bakoranira hamwe»
13. “Bamaze gucanamwo cane” 114
14. “Twese hamwe twafashe ingingo” 122
IGIHIMBA CA 6—“Reka dusubire kuraba abavukanyi”
15. “Bakomeza amashengero” 133
16. «Jabuka uze i Masedwane» 141
17. «Abafasha kuzirikana ku Vyanditswe» 151
18. “Nibarondere Imana, baheze bayironke vy’ukuri” 159
19. «Guma uvuga, ntucereze» 168
IGIHIMBA CA 7—“Kwigishiriza ku mugaragaro n’inzu ku nzu”
20. Ijambo rya Yehova «ribandanya gukwiragira no gutsinda» naho rirwanywa 179
21. “Ndera ku bijanye n’amaraso y’abantu bose” 188
22. «Ivyo Yehova agomba nibibe» 197
IGIHIMBA CA 8—«Yarababwira ivyerekeye Ubwami bw’Imana . . . ata kimutangira»
23. “Nimwumve ukwiregura kwanje” 206
24. «Gira umutima rugabo!» 216
25. «Ndungururije kwa Sezari!» 224
26. “Nta muntu nʼumwe muri mwebwe azohasiga agatwe” 232
27. “Gushinga intahe bimwe bishitse” 241