ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yp2 rup. 4-5
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
  • Udutwe
  • IGIHIMBA CA 1
  • IGIHIMBA CA 2
  • IGIHIMBA CA 3
  • IGIHIMBA CA 4
  • IGIHIMBA CA 5
  • IGIHIMBA CA 6
  • IGIHIMBA CA 7
  • IGIHIMBA CA 8
  • IGIHIMBA CA 9
Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
yp2 rup. 4-5

Ibirimwo

6 Intangamarara: Nokura he impanuro nziza?

IGIHIMBA CA 1

ABO MUDASANGIYE IGITSINA

14 1 Noba ngeze kurondera uwo dukundana?

21 2 Gukundana mu mpisho hari ikibi kirimwo?

28 3 Twoba tuberanye?

42 4 Ni ryari umuntu aba yarenze akarimbi?

48 5 Kubera iki noguma ndi isugi?

IGIHIMBA CA 2

AMAHINDUKA ABA KU MUBIRI

58 6 Ni ibiki biriko birashikira umubiri wanje?

67 7 Nokora iki nimba ntashima uko nsa?

74 8 Kubera iki ndwaye cane gutya?

IGIHIMBA CA 3

UBUGENZI

86 9 Noshobora gute gutsinda irungu?

92 10 Kuki umugenzi yampemukiye?

99 11 Tuvuge iki ku bugenzi bwo kuri Internet?

105 12 Urusaku rwoba ari rubi cane?

IGIHIMBA CA 4

ISHURE N’URUNGANWE

114 13 Nokora neza gute kw’ishure?

121 14 Nokwikingira gute kw’ishure?

128 15 Nonanira gute akosho k’urunganwe?

136 16 Ubuzima burimwo tubiri bwoba bubereye?

142 17 Nkwiye kumenya iki ku bugenzi bwo kw’ishure?

IGIHIMBA CA 5

AMAHERA

150 18 Noronka gute uduhera nifashisha?

156 19 Nokoresha neza gute amahera yanje?

165 20 Nokora iki nimba dukenye?

IGIHIMBA CA 6

ABAVYEYI BAWE

174 21 Nokora iki igihe bankosoye?

181 22 Kuki banshingira amategeko menshi?

190 23 Nokora iki umuvyeyi yiziziwe n’inzoga canke ibiyayuramutwe?

199 24 Nokora iki abavyeyi banje bashwanye?

208 25 Noba nshobora guhimbarwa ndezwe n’umuvyeyi umwe?

IGIHIMBA CA 7

UKUNTU WIYUMVA

218 26 Nocungera gute inyiyumvo zanje?

225 27 Kuki nshaka ko vyose biba ibitunganye?

231 28 Nokwirinda gute kuryamana n’abo dusangiye igitsina?

237 29 Nokwikuramwo gute ivyiyumviro bitabereye?

IGIHIMBA CA 8

UKWIRUHURA

246 30 Noba nkwiye gukina udukino two kuri orodinateri?

253 31 Nokwirinda gute gukunda umuziki birenze?

263 32 Nokwinezereza gute?

273 33 Kuki nokwirinda amashusho y’ubushegabo?

IGIHIMBA CA 9

ITERAMBERE MU VY’UGUSENGA

282 34 Kuki nobaho nisunga Bibiliya?

289 35 Noba umugenzi w’Imana gute?

297 36 Noburanira gute ivyo nemera?

304 37 Noba nkwiye kubatizwa?

311 38 Nzokoresha gute ubuzima bwanje?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika