ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wt rup. 1-2
  • Umutwe mukuru/Abagisohoye

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Umutwe mukuru/Abagisohoye
  • Senga Imana yonyene y’ukuri
  • Udutwe
  • Ku Basomyi Bacu
Senga Imana yonyene y’ukuri
wt rup. 1-2

Umutwe mukuru/Abagisohoye

Senga Imana Yonyene y’Ukuri

Ku Basomyi Bacu

Ubuzima budahera kw’isi y’iparadizo! Biciye ku kwiga Bibiliya, turamenya ivy’ico cizigiro ciza igitangaza. Mugabo iyo nyigisho, hamwe n’izindi z’ishimikiro zo mw’Ijambo ry’Imana, ni intango gusa. Bibiliya ihimiriza abo bose bakunda Imana ngo ‘batahure uburebure bw’igihagararo n’ubw’amajepfo’ bw’ukuri kwiwe kw’agaciro. (Abanyefeso 3:18) Iki gitabu categuwe kugira ngo ivyo ubishikeko. Turizigiye yuko kizogufasha gukura mu buryo bw’impwemu no kurushiriza kugira ibikenewe bituma ugendera muri ya nzira yaga ijana mu buzima budahera bwo mw’isi nshasha itunganye y’Imana.

—Abagisohoye

Kiretse aho vyerekanywe ukundi, Ivyanditswe vyasubiwemwo mu majambo muri iki gitabu vyakuwe muri Bibiliya Yera. NW bisobanura New World Translation of the Holy Scriptures–With References. UB bisobanura Ubwuzure Bushasha

Photo Credits:

▪ Igipfukisho: U.S. Navy photo

▪ Urupapuro 180: Abana: UNITED NATIONS/J. FRANK

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika