Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! zo mu 2016
“Murakoze kuba muturonsa ibinyamakuru biza tubikeneye.”—Amy
Amy ni inabibondo. Muri iki kinyamakuru Be maso! arahakura ivyiyumviro bimufasha mu buzima bwa misi yose. N’abandi bantu amamiliyoni barungukira cane ku gusoma iki kinyamakuru gisohoka rimwe mu mezi abiri. Ja kuri www.jw.org urabe ibiganiro vyo mu 2016 vyerekanywe ng’aha.
ABANTU BO MURI KAHISE
AMAGARA BE N’UBUVUZI
IBIGANIRO TWAGIRANYE NA . . .
Umuhinga asigura icatumye yemera Imana: (Y. Hsuuw): No. 2
IBIHUGU N’ABABIBAMWO
IBIKOKO BE N’IBIMERA
IMIBANO
Ingene mwoganira akababakiye (mu mubano): No. 3
Kuronka abagenzi beza: No. 1
Kwubaha uwo mwubakanye: No. 6
Nufashe umwana wawe kwitegurira ubuyabaga: No. 2
Nuyage n’umwana wawe ivyerekeye igitsina: No. 5
IVYABONA VYA YEHOVA
Ikibazo c’indimi carakemutse: No. 3
“Ubwo buryo bwo kwigisha ni bwo!” (jw.org): No. 5
Woba uzi Ivyabona vya Yehova? No. 1
IVY’IDINI
Bibiliya ni igitabu kidasanzwe: No. 2
Ico Bibiliya ivuga ku guhuza ibitsina kw’ababisangiye: No. 4
Yezu yoba yarabayeho vy’ukuri? No. 5
SIYANSI
Ifi ihindagura amabara: No. 1
Ikintu c’agatangaza (karubone): No. 5
Izosi ry’ikimonyo: No. 3
Ubuzima bw’iminzerere y’imbonekarimwe: No. 4
Utugozi tw’agakoko kitwa moule marine: No. 6
TWISUNZE BIBILIYA
Amaganya: No. 2
Gushima: No. 5
Ijuru: No. 1
Kwubahiriza umwanya: No. 6
Ubwiza bwo ku mubiri: No. 4
Ukwizera: No. 3