Ibirimwo
Ruhuhuma 2014
© 2014 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania.
RABA IBINDI KU MUHORA WO KURI INTERNET
IMIYABAGA
Nurabe inyishu zishingiye kuri Bibiliya z’ibibazo bitari bike, ushizemwo n’ibi:
• “Noba ndazwa ishinga cane n’ukuntu mboneka?”
• “Umugenzi nyakuri ameze gute?”
• “Ni ibiki nkwiye kumenya ku bijanye n’ukurungikiranira ibiterasoni kuri telefone?”
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA)
ABANA
Soma izi nkuru zo muri Bibiliya zerekanywe mu mashusho. Nukoreshe ayo mashusho mu gufasha abana bawe kurushiriza kumenya abantu bavugwa muri Bibiliya be n’ingingo ngenderwako zigenga inyifato runtu.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA)