Be maso! ikurikira ntize igucike
Guhera ku nomero ya Nzero 2013, Be maso! izoba yanditswe mu buryo bworoshe gusoma, irimwo amashusho aryohoye be n’ibi biganiro bishasha: “Icofasha umuryango,” “Ikiganiro twagiranye na,” “Ibihugu n’ababibamwo,” na “Kahise katwigisha iki?”a
Mu nomero ya Be maso! yo muri Nzero 2013
Icofasha umuryango—“Ingene woyaga n’umwana wawe w’umuyabaga”
Ikiganiro twagiranye na—“Umuhinga umwe asigura ukwizera kwiwe”
Ibihugu n’ababibamwo—“Tuje muri Kamerune”
[Akajambo k’epfo]
a Ibiganiro bimwebimwe ntibizoza birasohoka muri buri nomero.
[Ifoto ku rup. 32]