Ibirimwo
Be maso!, Gitugutu–Kigarama 2004
Sebibondo mwiza yoba ameze gute?
Niwisomere ivyerekeye ba sebibondo bahavuye bamenya inyishu y’ico kibazo. Urabona ingene imiryango yabo yungukiye ku kuba barashize mu ngiro ivyo bamenye.
3 Ukutaboneka kwa ba sebibondo ni ingorane irushiriza kwongerekana
12 Ikintu ciza kuruta ukuba rurangiranwa
14 Imana yoba vy’ukuri yitaho abana?
24 Ingene ivyo kwinubana vyigaragaza
25 Inyanduruko y’ivyo kwinubana
29 Nshobora gute kwirinda kurangura amabanga mpuzabitsina imbere y’ukwubaka?
32 Amakarata arafasha mu vy’ugusoma Bibiliya
Nshobora gute kwirinda kurangura amabanga mpuzabitsina imbere y’ukwubaka? 29
Kurangura amabanga mpuzabitsina imbere y’ukwubaka vyarakweze inkurikizi ziteye agahinda. Urwaruka rwokora iki kugira ngo ruvyirinde, maze rwikingire ingorane?
Ikintu ciza kuruta ukuba rurangiranwa 12
Uraza kumenya igituma umusore umwe yahevye umwuga winjiza amahera menshi agahitamwo uwamuzaniye agahimbare kadahera.