HOSEYA IBIRIMWO MURI MAKE 1 Umugore wa Hoseya n’abana yavyaye (1-9) Yezireli (4), Lo-Ruhama (6) na Lo-Ami (9) Bazosubira gushimwa n’Imana no kwunga ubumwe (10, 11) 2 Ihanga rya Isirayeli rizohanwa kubera ryahemutse (1-13) Yehova azosubira kuba umugabo w’iryo hanga (14-23) «Uzonyita ngo “umugabo wanje”» (16) 3 Hoseya acura umugore wiwe w’umusambanyi (1-3) Isirayeli izogaruka kuri Yehova (4, 5) 4 Yehova aburana na Isirayeli (1-8) Nta bumenyi bw’Imana buri mu gihugu (1) Isirayeli isenga ibigirwamana, igakora ubusambanyi (9-19) Agatima k’ubumaraya gatuma bata umurongo (12) 5 Urubanza rwaciriwe Efurayimu na Yuda (1-15) 6 Akamo ko kugaruka kuri Yehova (1-3) Urukundo rw’Abisirayeli rumara akanya isase (4-6) Urukundo ruruta ibimazi (6) Inyifato iteye isoni y’Abisirayeli (7-11) 7 Ububisha bwa Efurayimu (1-16) Ntibazohunga urusenga rw’Imana (12) 8 Ingaruka zo gusenga ibigirwamana (1-14) Babiba umuyaga, bakimbura igihuhusi (7) Abisirayeli baribagiye Umuremyi wabo (14) 9 Imana izota Efurayimu kubera ibicumuro vyiwe (1-17) Bihebeye imana iteye isoni (10) 10 Isirayeli ni umuzabibu wononekaye kandi uzorandurwa (1-15) Kubiba no kwimbura (12, 13) 11 Imana yakunze Isirayeli kuva akiri agahungu gatoyi (1-12) «Nahamagaye umwana wanje ngo ave mu Misiri» (1) 12 Efurayimu akwiye kugaruka kuri Yehova (1-14) Yakobo yaranyinyanye n’Imana (3) Yakobo yararize kugira Imana imugirire ubuntu (4) 13 Efurayimu asenga ibigirwamana, akibagira Yehova (1-16) «Wa rupfu we, za mboyi zawe ziri hehe?» (14) 14 Akamo ko kugaruka kuri Yehova (1-3) Gushikana ishemezo ry’iminwa (2) Imana izokiza ubuhemu bw’Abisirayeli (4-9)