Ironderero ry’ibiganiro vyo mu Munara w’inderetsi wo mu 2014
Ryerekana igenekerezo ry’Umunara w’Inderetsi dusangamwo ikiganiro
BIBILIYA
BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA
Bakoresheje Bibiliya mu kwishura ibibazo vyose (I. Lamela), 1/4
Nashaka kurwanya akarenganyo n’ubugizi bwa nabi (A. Touma), 1/8
IBIBAZO VY’ABASOMYI
Abazozukira kuba kw’isi ‘ntibazorongora canke ngo bashingirwe’? (Lk 20:34-36), 15/8
Yehova yoba areka umukirisu akabura ibifungurwa? (Zb 37:25; Mt 6:33), 15/9
IBIGANIRO VY’UKWIGA
Imyaka 100 Ubwami bumaze butegeka—Igira ico ikoze gute kuri wewe? 15/1
Woba ubona ubugoyagoye bw’abantu nk’uko Yehova abubona? 15/6
INKURU Z’UBUZIMA
Ibintu vy’intibagirwa niboneye mu murimo w’Ubwami (M. Olson), 15/10
Narironkeye ivyiza vyinshi mu gukorera Imana (P. Carrbello), 1/9
IVYABONA VYA YEHOVA
Isinema ikomeza ukwizera imaze imyaka 100 (Urukurikirane rw’amafoto), 15/2
Umuco utamanzura mu gihugu co mu Burasirazuba (Ubuyapani), 15/11
UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO
UTUNTU N’UTUNDI
Intambara yahinduye isi (Intambara ya mbere y’isi yose), 1/2
Ni icizigiro ikihe dufise ku bijanye na ba sokuru bapfuye? 1/6