ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w13 15/12 rup. 32
  • Ironderero ry’ibiganiro vyo mu Munara w’Inderetsi wo mu 2013

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ironderero ry’ibiganiro vyo mu Munara w’Inderetsi wo mu 2013
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
w13 15/12 rup. 32

Ironderero ry’ibiganiro vyo mu Munara w’Inderetsi wo mu 2013

Ryerekana igenekerezo ry’inomero ikiganiro gisangwamwo

BIBILIYA

  • Bibiliya ivuga iki? 1/10

  • Gutahura Bibiliya, 1/4

  • Itunga ryamaze ibinjana rinyegeye (Bibiliya y’ikijeworojiya), 1/6

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

  • ‘Abantu baranyanka’ (W. Moya), 1/10

  • “Ko nitohoreza ukuri” (L. Alifonso), 1/2

  • “Nararonse umwidegemvyo nyakuri” (B. Hewitt), 1/1

  • “Naricaye ndiyumvira iyo ubuzima bwanje bwariko buraja” (A. Hancock), 1/8

  • “Naripfuza cane kuba umupatiri” (R. Pacheco), 1/5

  • “Nari umuntu atoroshe” (E. Leinonen), 1/4

  • “Sinkibona ko ntegerezwa guhindura isi” (J. Sylgren), 1/7

IBIBAZO VY’ABASOMYI

  • “Abana b’Imana y’ukuri” bari bande? (It 6:​2, 4), 15/6

  • Abavyeyi bokwicarana n’umwana yaciwe ku makoraniro? 15/8

  • Abisirayeli boba barica mu kumanika ku giti? 15/5

  • Kubera iki Yezu yakoroye amosozi? (Yoh 11:​35), 15/9

IBIGANIRO VY’UKWIGA

  • Abakurambere ni ‘abakozi bagenzi bacu ku bw’akanyamuneza kacu,’ 15/1

  • Abungere indwi, abatware umunani: ico basobanura kuri twebwe, 15/11

  • Bavyeyi namwe bana, nimuseruranire akari ku mutima mu rukundo, 15/5

  • Bungere, nimwigane ba Bungere bakuru, 15/11

  • Duhe agaciro cane kamere za Yehova, 15/6

  • Duhe agaciro ugutanga kwa Yehova n’ukugira ibitegereka kwiwe, 15/6

  • Duhe agaciro ukudahemuka n’ukubabarira kwa Yehova, 15/6

  • Dushobora gute kuguma ‘turindiriye’? 15/11

  • “Ehe ndi kumwe namwe imisi yose,” 15/7

  • Gira umutima rugabo: Yehova ari kumwe nawe, 15/1

  • Gukora ubutsimvyi birakomeza ubucuti dufitaniye n’Imana, 15/9

  • Guma mu mubande wa Yehova ugereranya ugukingirwa na we, 15/2

  • Iragi ryacu ryo mu buryo bw’impwemu, 15/2

  • Ivyaremwe birahishura Imana nzima, 15/10

  • Ivyibutsa vya Yehova ni ivyo kwizigirwa, 15/9

  • Ivyibutsa vya Yehova nubigire umwigino w’umutima wawe, 15/9

  • Ivyigwa twigira kw’isengesho riteguwe neza, 15/10

  • ‘Ivyo bize bibabere icibutso,’ 15/12

  • Ko ‘twamenye Imana,’ hasigaye iki? 15/3

  • Ku bakunda Yehova, “nta gitsitaza kihaba,” 15/3

  • Kugaburira benshi biciye kuri bake, 15/7

  • “Mugume murikanuye ku bw’amasengesho,” 15/11

  • Murabe ukuntu mubwirizwa kumera, 15/8

  • ‘Muragire ibi mu kunyibuka,’ 15/12

  • “Mushumbire Yehova,” 15/10

  • Mwarejejwe, 15/8

  • Nimukomeze umubano wanyu mu guseruranira akari ku mutima, 15/5

  • Niwifashe wongere ufashe abandi biciye kw’Ijambo ry’Imana, 15/4

  • Niwirinde ‘kunyiganyizwa ningoga ngo uve ku kwiyumvira kwawe,’ 15/12

  • ‘Niwiyemeze neza ibihambaye kuruta ibindi ivyo ari vyo,’ 15/4

  • Niwungukire bimwe bishitse ku gusoma Bibiliya, 15/4

  • “None ni nde mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge?” 15/7

  • Ntihagire ikikubuza gucakira ubuninahazwa, 15/2

  • Ntiwigere ‘ugirira ubushangashirwe Yehova,’ 15/8

  • ‘Ntudebukirwe,’ 15/4

  • Ntureke ngo hagire ikigutandukanya na Yehova, 15/1

  • Nufate ingingo mu buryo buranga ubukerebutsi, 15/9

  • Nugume wiyegereza Yehova, 15/1

  • Nukorere Imana uticuza, 15/1

  • Nukore uhuza n’isengesho rya Yezu riranga urukundo, 15/10

  • Nushitse uruhara rwawe rwo kuba umwamamaji w’Injili, 15/5

  • Nutere iteka izina rya Yehova rihambaye, 15/3

  • Nuzigame intoranwa yawe mu guhitamwo neza, 15/5

  • “Tubwire: Ivyo bizoba ryari?” 15/7

  • Tugamburukire abungere ba Yehova, 15/11

  • Tureke indero Yehova adutoza itubumbabumbe, 15/6

  • Twiyumvirane twongere turemeshanye, 15/8

  • Woba ufise ‘umutima wo kumenya’ Yehova? 15/3

  • Woba ‘ugirira umwete ibikorwa vyiza’? 15/5

  • Woba uha agaciro iragi ryacu ryo mu buryo bw’impwemu? 15/2

  • Woba uzogira ivyo utanze ku bw’Ubwami? 15/12

  • Woba warahinduwe? 15/9

  • Yehova ni we hantu hacu ho kuba, 15/3

INKURU Z’UBUZIMA

  • Gukorera Yehova ubuzima bwanje bwose (B. Walden), 1/12

  • Igituma ubuzima bwacu buri n’intumbero vy’ukuri (P. Smith), 15/5

  • Kwiheka kuri Yehova vyaravuyemwo ivyiza (M. Allen), 15/10

  • Kwumvira Yehova vyatumye ndonka ivyiza vyinshi (E. Piccioli), 15/6

  • Naho turi abakene, turi abatunzi mu vy’Imana (A. Ursu), 1/9

  • “Narabona, ariko sinategera” (O. Hamel), 1/3

  • Tumaze imyaka 50 hafi ya cercle arctique (A. na A. Mattila), 15/4

  • Turashashaye gukorera Yehova aho ari ho hose (M. na J. Hartlief), 15/7

  • Yehova ‘anyikorerera umutwaro ku musi ku musi’ (M. du Raan), 15/8

IVYABONA VYA YEHOVA

  • Amahwaniro y’intara yataziriwe ngo ‘Ijambo ry’Imana ni ukuri!’ 1/5

  • Barahagaze bashikamye mu gihe c’ “ukugeragezwa” (Intambara ya mbere y’isi yose), 15/5

  • Baritanze muri Filipine, 15/10

  • Baritanze muri Megizike, 15/4

  • Baritanze muri Norveje, 15/1

  • Basomyi bakundwa (Ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi), 1/1

  • Gukorera Imana ni wo muti wiwe! 15/11

  • “Ikintu c’intibagirwa” (“Urukurikirane rw’ivy’irema”), 15/2

  • Isekeza ritunganijwe neza (Shili), 15/1

  • “Nk’ikinyamasyo mu nzu yaco” (amazu ashobora kwimurwa), 15/11

  • Ntukigere utakaza icizigiro, 15/3

  • “Raba iyi shusho!” 15/7

  • Uwo Mwami yarahimbawe cane! (Swazilande), 15/8

  • Uwuheruka kuja mu bagize Inama Nyobozi (M. Sanderson), 15/7

  • Yehova yarabakingiye (igihe c’Abanazi), 15/12

UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO

  • Abasubiye kwubaka izabo, 1/7

  • Bakurambere, mwoba muruhurira “umutima urushe”? 15/6

  • Bavyeyi, nimwigishe abana guhera mu buhinja, 15/8

  • Icigwa twokwigira ku nkozi y’ikibi, 1/6

  • Igihe umwana afise ubumuga, 1/2

  • Igihe upfakaye, 15/12

  • Ingorane zihanze abubakanye badasangiye abana, 1/5

  • Inyuma y’ukwahukana, 1/10

  • Nuganire n’umuyabaga mutarinze guharira, 1/11

  • Nuhozwe hanyuma uhoze abandi, 15/3

  • Petero na Ananiya barabeshe​—⁠Bitwigisha iki? 1/3

  • Umubano urashobora kubamwo agahimbare no kuramba, 1/9

  • Uraba maso ku migabo y’umutima, 15/2

  • Worushiriza kuburira abandi? 15/10

UTUNTU N’UTUNDI

  • Abarinzi b’umwami babwirwa inkuru nziza, 15/2

  • Abayuda bo mu kinjana ca mbere bategura gute ikiziga? 1/3

  • Amahoro kw’isi, 1/6

  • Amashusho y’ubushegabo​—⁠Yoba ata co atwaye canke ni ishano? 1/8

  • “Aracavuga” (Abeli), 1/1

  • Elisha yarabonye imikogote y’umuriro, 15/8

  • Gusaba aberanda? 1/6

  • Hoba hariho idini wokwizigira? 1/7

  • Ibicumuro vyoba bishobora guharirwa? 1/5

  • Igitangirizo gikikuza igisenge ku nzu z’Abisirayeli, 1/4

  • Igituma bamwebamwe muri Bibiliya batavugwa amazina, 1/8

  • Indimi zoba zakomotse kuri wa “Munara w’i Babeli”? 1/9

  • Injili ya Yuda, 1/2

  • Izuka, 1/10

  • Josèphe yoba vy’ukuri ari we yayanditse? 15/3

  • Kubaho uhimbawe, 1/4

  • Kubera iki hari imibabaro myinshi? 1/9

  • Kwishiramwo nabi abandi ni ingorane ihanze isi yose, 1/6

  • Musa, 1/2

  • Ni bande baja mw’ijuru? 1/11

  • Ninewe “igisagara gisesa amaraso,” 1/4

  • Nureke imvugo z’uguhushanya ibintu zigufashe, 15/9

  • Shetani yakomotse he? 1/2

  • Twofasha kuronsa abandi ivyo bakeneye, 15/11

  • Ubuzima budahera, 1/7

  • Ukuntu amabara agira ico akoze kuri wewe, 1/10

  • Umuhero w’isi, 1/1

  • Umujumpu (uko wakoreshwa kera), 1/12

  • Urusengero rw’i Yeruzalemu rwoba rwarasubiye kwubakwa inyuma ya 70 G.C.? 15/4

  • “Yagendana n’Imana” (Nowa), 1/4

  • ‘Yarazigamwe hamwe n’abandi indwi’ (Nowa), 1/8

  • Yari uwo mu muryango wa Kayifa, 15/2

  • ‘Yiswe umugororotsi bivuye ku bikorwa’ (Rahabu), 1/11

YEHOVA

  • ‘Aranengesereza imitima yacu,’ 1/7

  • Ibinyoma vyatumye abantu badakunda Imana, 1/11

  • ‘Ibwirizwa rya mbere ni irihe?’ 1/3

  • ‘Ihemba abayirondera,’ 1/11

  • “Imana ikunda uwutangana akamwemwe,” 1/9

  • Imana irashobora kubabara, 1/9

  • ‘Imana y’abazima,’ 1/2

  • Imana yoba ari ruburakigongwe? 1/5

  • Izina ry’Imana, 1/1

  • ‘Kamere zayo zitaboneka ziribonekeza neza,’ 1/8

  • ‘‘Kugira ibintu vyose bishasha,’ 1/12

  • “Mugume musaba,” 1/4

  • Twoba dukeneye Imana? 1/12

  • ‘Wabihishuriye inzoya,’ 1/1

  • ‘Yehova arababarira,’ 1/10

  • Yehova ‘ntagira nkunzi,’ 1/6

  • Yoba vy’ukuri akwitwararika? 1/5

  • Yoba yitaho imibabaro yacu? 1/7

  • Yoba yumviriza amasengesho yose? 1/8

YEZU KRISTU

  • Guhamba, 1/3

  • Izuka, 1/3

  • Kubera iki yitwa Umwana w’Imana? 1/3

  • Ni igiki dukwiye kwibuka ku bijanye na we? 1/12

  • Ukugaruka kwa Kristu, 1/12

  • Yaremwe ryari? 1/3

  • Yoba yasezeraniye ya nkozi y’ikibi kuba mw’ijuru? 1/3

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika