Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! zo mu 2017
Ikinyamakuru Be maso! kivuga ibintu bishimisha abantu muri rusangi kandi ni co gisohoka cane kw’isi gusumba ibindi.
Mu 2017 hasohotse amakopi arenga imiliyoni 360 mu ndimi zirenga 100.
ABANTU BO MURI KAHISE
Alhazen: No. 6
AMAGARA BE N’UBUVUZI
Akabonge mu miyabaga: No. 1
IBIGANIRO TWAGIRANYE NA . . .
Umuhinga w’ubwonko asigura icatumye yemera Imana (Rajesh Kalaria): No. 4
Umuhinga mu vya ordinateri asigura icatumye yemera Imana (Dr. Fan Yu): No. 3
IBIHUGU N’ABABIBAMWO
IBIKOKO BE N’IBIMERA
Inyoni y’igitangaza: No. 4
IMIBANO
‘Izina ryiza riruta itunga ryinshi’: No. 4
Nushimire uwo mwubakanye: No. 1
Akamaro k’udukorwa two muhira (abavyeyi): No. 3
Igisha umwana wawe kwicisha bugufi (abavyeyi): No. 6
Ntiwigerezeko urondera gusa kwiryohera (urwaruka): No. 5
Iyo umuvyeyi apfuye (urwaruka): No. 2
Icofasha abana babuze uwabo: No. 2
Igihe abana batakiba muhira (umubano): No. 4
Kumwenyura ni ingabire wohako n’abandi: No. 1
IVYABONA VYA YEHOVA
“Twarakozwe ku mutima n’urukundo batugaragarije” (Nyamugigima muri Nepale): No. 1
IVY’IDINI
Wemezwa n’iki ko Bibiliya iva ku Mana? No. 3
SIYANSI
Utwamwa tw’ubururu bukayangana cane: No. 4
Ikinyegeri kirinda ubushuhe: No. 1
Twoba dufise ubwonko mu nda?: No. 3
Ingene uruyuki rugwa ahantu: No. 2
Ubwoya bw’igikoko citwa loutre de mer: No. 3
Ukuntu ibiruka bimeze: No. 5
TWISUNZE BIBILIYA
Gukorora inda: No. 1
Abamarayika: No. 3
Izina ry’Imana: No. 6
Kugeragezwa: No. 4
Umusaraba: No. 2
Intambara: No. 5