Akajambo k'epfo
c Wipfuza kumenya n’ibindi ku bijanye n’ingene wotera imbere ukaba umukozi w’ishengero canke umukurambere, raba ikiganiro kivuga ngo «Bavukanyi, mwoba mwipfuza kuba abakozi b’ishengero?» be n’ikivuga ngo «Bavukanyi, mwoba mwipfuza kuba abakurambere?», biri mu Munara w’Inderetsi wo muri Munyonyo 2024.