Akajambo k'epfo a Amazaburi Abayuda bita Haleli, yava kuri Zaburi ya 113 gushika ku ya 118, bakaba bayaririmba mu gushemeza Yehova.