Akajambo k'epfo
d Mu bihugu bimwebimwe, muri rusangi umuhungu ni we asaba ubugenzi umukobwa. Ariko rero n’umukobwa abigize, nta kibi kirimwo. (Rusi 3:1-13) Ushaka ayandi makuru, raba ikiganiro kivuga ngo «Urwaruka ruribaza . . . Nobwira gute umuhungu ko ndamukunda?» muri Be maso! (mu gifaransa) yo ku wa 22 Gitugutu 2004.