Akajambo k'epfo
a Rimwe na rimwe, imiryango ya Isirayeli yararwana hagati yayo, naho ivyo bitahimbara Yehova. (1 Abm. 12:24) Ariko rero, hari igihe Yehova yemera ko intambara nk’izo ziba kubera ko imiryango imwimwe yaba yamuteye akagere canke igakora ibicumuro bikomeye.—Abac. 20:3-35; 2 Ngo. 13:3-18; 25:14-22; 28:1-8.