ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b INSOBANURO Y’ISHUSHO: Kuva mu bwana bwiwe, mushiki wacu yamye asenga Yehova. Akiri umwana mutoyi, abavyeyi biwe baramwigishije gusenga. Amaze kuba umuyabaga yaratanguye ubutsimvyi, kandi yarakunda gusaba Yehova ngo amufashe mu gikorwa co mu ndimiro. Haciye imyaka itari mike, igihe umugabo wiwe yari arwaye cane, yaratakambira cane Yehova ngo amuhe inkomezi yari akeneye kugira ngo yihanganire ico kigeragezo. Naho ubu ari umupfakazi, arashishikara gusenga yizigiye ko Umuvyeyi wiwe wo mw’ijuru azokwishura amasengesho nk’uko yagiye arayishura mu buzima bwiwe bwose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika