ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Kwibuka ivyo twaciyemwo birashobora kuba vyiza. Ariko rero ntitwipfuza kugumiza umutima ku vyo twaciyemwo, ku buryo bitwibagiza ivyiza twifitiye ubu canke ngo bitwibagize ibizoba muri kazoza. Muri iki kiganiro turarimbura imitego itatu yoshobora gutuma tugumiza umutima kuri kahise. Turarimbura ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya be n’uburorero bwo mu gihe ca none bishobora kudufasha kwirinda iyo mitego yose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika