Akajambo k'epfo
a Iki kiganiro kirerekana uburyo butatu Yehova yakoresheje mu gufasha intumwa Paulo kwihanganira ingorane zikomeye. Gusubira kwihweza ukuntu Yehova yabaye Umutabazi muri kahise, biraza gutuma turushiriza kwizigira ko azodufasha mu ngorane ducamwo zimeze nk’ibihuhusi.