Akajambo k'epfo
a Kwigisha umuntu ikintu bisobanura kumufasha “kwiyumvira, kukibona canke kugikora mu bundi buryo.” Icanditswe c’umwaka wa 2020 ari co Matayo 28:19, caratwibukije ko bihambaye kwigisha abantu Bibiliya no kubafasha gucika abigishwa ba Yezu Kristu babatijwe. Iki kiganiro be n’igikurikira, biradufasha kubona ivyo tworyohora muri ico gikorwa gihambaye cane.