Akajambo k'epfo
d INSOBANURO Y’ISHUSHO: Yezu akiri umwana, Mariya ategerezwa kuba yaramufashije gukura akunda cane Yehova. Muri iki gihe, ba inabibondo na bo nyene barashobora gufasha abana babo gukunda Yehova.