Akajambo k'epfo
e INSOBANURO Y’ISHUSHO: Mu kwigana ingene Yezu yitwararika abakenyezi b’abizigirwa, umuvukanyi umwe ariko arafasha bashiki bacu babiri guhindura ipine ry’imodoka, uwundi yagendeye mushiki wacu amugaye, uwundi na we yajanye n’umukenyezi wiwe kwifadikanya na mushiki wacu be n’agakobwa kiwe mu gusenga kwo mu muryango.