Akajambo k'epfo
a Bashiki bacu bashikirwa n’ingorane nyinshi. Iki kiganiro kiraza kutwereka ingene twokwigana Yezu mu gushigikira bashiki bacu dusangiye ukwemera. Turashobora gukura icigwa ku kuntu Yezu yamarana umwanya n’abakenyezi, akabaha agaciro, akongera akabavugira.