Akajambo k'epfo
b Kugira tugufashe igihe uzirikanira hamwe n’abandi ku nyigisho nyamukuru zo muri Bibiliya, raba urukurikirane rw’ibiganiro ruvuga ngo “Ikiyago Icabona ca Yehova agirana n’uwo abwira inkuru nziza,” ruboneka mu Munara w’Inderetsi kuva mu 2010 gushika 2015. Muri ivyo biganiro harimwo nk’ikivuga ngo “Yezu yoba ari Imana?,” “Ubwami bw’Imana bwatanguye kuganza ryari?” na “Imana yoba ihanira abantu mu muriro?”