Akajambo k'epfo
a Iki kiganiro kiradufasha gutahura ko ukuri kwo mw’Ijambo ry’Imana guhambaye cane. Kiranatwereka ivyo twokora kugira turushirize kujijuka yuko ivyo twemera ari ukuri.