Akajambo k'epfo
a Muri iki kiganiro, tuza kurimbura igice c’isengesho ry’Umwami Dawidi dusanga muri Zaburi 86:11, 12. Gutinya izina rya Yehova bisobanura iki? Kubera iki dukwiye gutinya iryo zina rihambaye? Vyongeye, gutinya Imana bishobora gute kudukingira kugwa mu nyosha mbi?