Akajambo k'epfo
a Ni ikibazo ikihe gihambaye kiraba abantu bose be n’abamarayika? Ni ibiki bituma ico kibazo kiba igihambaye cane, kandi kituraba gute? Kumenya inyishu z’ivyo bibazo be n’ibindi bifitaniye isano, biraza gukomeza ubucuti dufitaniye na Yehova.