Akajambo k'epfo
a Mu kiganiro giheruka, twararimbuye amatunga aboneka Imana yaduhaye. Iki kiganiro kiza guca irya n’ino amatunga tudashobora kubonesha amaso be n’ingene twokwerekana ko tuyaha agaciro. Kiraza no gutuma turushiriza gukengurukira Uwo ayo matunga akomokako, ari we Yehova Imana.