Akajambo k'epfo
f Nk’uko bivugwa muri Daniyeli 11:34, abakirisu bo mu karere katwarwa n’umwami wo mu buraruko bagiye bararonka agahengwe. Nk’akarorero, vyarabaye igihe Leta Zunze Ubumwe z’Abasoviyeti zatemba mu 1991.