Akajambo k'epfo
a Twese birashika tugahagarika umutima bivuye ku ngorane zidushikira. Muri iki kiganiro, turaza kurimbura uburorero bw’abasavyi ba Yehova batatu bavugwa muri Bibiliya bigeze kugira amaganya. Kiranatwereka ukuntu Yehova yahumurije yongera arahoza umwe wese muri bo.