Akajambo k'epfo
a Woba warashikiwe n’ibintu vyatumye wumva ko ata co umaze? Iki kiganiro kiraza kukwibutsa ko Yehova aguha agaciro cane. Uraza kubona ingene woguma wumva ko hari ico umaze naho woshikirwa n’iki.