Akajambo k'epfo
a Woba wicuza ku ngingo zimwezimwe umaze gufata? Canke na ho, vyoba rimwe na rimwe bikugora gufata ingingo nziza no kuzishira mu ngiro? Iki kiganiro kiragufasha kubona ingene wotsinda urwo rugamba maze ukarangiza ico watanguye gukora.