Akajambo k'epfo
c INSOBANURO Y’AMASHUSHO: ICA 1: Umuvukanyi na mushiki wacu bashitse ku Ngoro y’Ubwami. Bari ahantu impwemu ya Yehova iri, kuko bagiye gukoranira hamwe n’abo basangiye ukwizera. ICA 2: Bariteguriye kugira uruhara mw’ikoraniro. Ivyo bintu bibiri twokora ku bijanye n’amakoraniro, ni vyo nyene twogira no ku bindi bikorwa twarimbuye muri iki kiganiro, ari vyo: kwiga Ijambo ry’Imana, kugira uruhara mu gikorwa co kwamamaza, no gusenga Yehova.