Akajambo k'epfo
d Umwana ntiyigera asabwa kuza kwagiriza uwo avuga ko yamwononye. Umuvyeyi wiwe canke uwundi nya mwana yizigiye yoshobora kubwira abakurambere ivyo yavuze ko vyabaye, bakaba bamukingiye narirya aba asanzwe yibabariye.