Akajambo k'epfo
a Iki kiganiro be n’ibindi bibiri bikurikira bigize urukurikirane rw’ibiganiro vyerekana igituma dushobora kwemera tudakeka ko Yehova ari Imana y’urukundo n’ubutungane. Yipfuza ko abasavyi biwe batarenganywa kandi arahumuriza abarenganywa muri iyi si mbi.