ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b INSIGURO Y’AMAJAMBO: Ubupfumu bwerekeza ku kwemera no ku bikorwa bifitaniye isano n’amadayimoni. Burimwo n’inyigisho ivuga ko iyo umuntu apfuye hapfa ikibiribiri gusa, mugabo ko impwemu yiwe ibandanya kubaho be n’uko ishobora kuvugana n’abazima, canecane biciye ku wundi muntu (nk’umupfumu). Ubupfumu kandi burimwo ukuragura be n’ukubura ibizoba. Muri iki kiganiro, maji yerekeza ku bikorwa bijanye n’ibintazi canke ibisigabwenge. Aho harashobora kujamwo ivyo gutuma umuntu ibirozi canke gutongera. Yamara ng’aho ntihajamwo udukino abantu bamwebamwe bagira n’iminwe ukamengo ni maji.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika