Akajambo k'epfo
a Nta n’umwe muri twebwe avukana ubutekereji. Dutegerezwa rero kubutsimbataza. Gutekereza vyoshobora kutworohera igihe turi kumwe n’abanyamahoro, ariko bikatugora igihe duhuye n’abanyabwibone. Iki kiganiro kiraca irya n’ino ingorane zimwezimwe tubwirizwa gutsinda kugira turonke iyo kamere nziza y’ubutekereji.