ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

a Mu bisanzwe, umuntu naho yoba ari uwigenga kuruta abandi bose, ntashobora kwirinda akosho k’abandi. N’igihe turiko turazirikana ku bintu bihambaye cane nk’ibijanye n’inkomoko y’ubuzima canke igihe duhitamwo ibintu bisanzwe nk’impuzu twokwambara, usanga abandi batugizeko akosho kanaka. Ariko rero, turashobora guhitamwo abo twemera ko batugirako akosho.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika