Akajambo k'epfo
a Inyuma y’aho Yozefu arekuriwe akava mw’ibohero, yaravuze ko Yehova yamuhojeje mu kumuronsa umwana w’umuhungu. Iyo mfura yiwe yayise Manase (bisobanura ngo Uwibagiza), maze avuga ati: “Imana yanyibagije ivyago vyanje vyose.”—Ita. 41:51.