Akajambo k'epfo
b Umuhinga John Beck avuga ati: “Inkuru mpererekanwa y’Abayuda ivuga ko nya bagarariji baciye bavuga bati: ‘Erega Musa arazi ingene ibitandara vy’aha bimeze! Nimba ashaka kwerekana ko ashoboye gukora igitangaro, nadukurire amazi muri kiriya kindi.’” Ariko ntiwumve, iyo ni inkuru gusa yagiye irahanahanwa.